🇩🇪🇧🇮 Thilo Kehrer i Burundi | Umustar w’Ubudagi yakiniye PSG na West Ham aje gufasha urwaruka rw’i Burundi 🇧🇮⚽

    🛬 Mu masaha y’ijoro ryo ku wa 18/6/2025, Thilo Kehrer, myugariro w’umugwi nserukiragihugu w’Ubudagi (Die Mannschaft) hamwe na AS Monaco yo mu Bufaransa, yari ashitse ku kibuga c’indege ca Bujumbura, mu Burundi. Uyu mukinyi mpuzamakungu yavukiye i Tubingen mu Budagi ariko mama wiwe ni umurundikazi wo mu Kayanza.

    🎥 Muri iyi video turababwira:

    – Impamvu Thilo Kehrer yahisemo kugaruka mu Burundi incuro ya 3
    – Uko yakiniye PSG, West Ham, na Monaco, agakinana n’aba _stars_ nka Messi, Neymar, Mbappé…
    – Ukuntu yashinze _Thilo Kehrer Foundation_ kugira afashe abana b’i Burundi guteza imbere impano zabo
    – Ubutumwa yageneye urwaruka rw’Abarundi buhamagarira ukwizera indoto zabo

    📌 Ntucikwe! Harimwo ikiganiro Thilo Kehrer yahaye abamenyeshamakuru n’ukuntu yahuye n’umukunzi wiwe n’umwana wiwe yitwa Nela.

    👉 Siga Comment, sangria iki kiganiro abagenzi hama ukore Subscribe kugira ntuzocikwe n’izindi nkuru zacu zidasanzwe!

    Share.

    5 Comments

    1. 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪💪💪💪